2 Corinthians 12:16 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Namwe muremera ko ntababereye umutwaro. Ariko bamwe muri mwebwe bibaza ko ndi umunyabwenge, ko nabakuyeko inyungu mu bwenge.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyo vyo birahaye: ubganje sinabaremereye; ariko, ko naciye mu kandi kenge, nabafatishije ubugunge.