2 Corinthians 12:3 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Koko Imana yonyene ni yo izi ko yari mu mubiri canke yari yawukuwemwo, ariko ndamuzi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi nzi yuk’ ūmeze artyo — namba yari mu mubiri, canke namb’ atāri mu mubiri, simbizi, bizi Imana —