2 Corinthians 8:15 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nk’uko Ivyanditswe bivuga: “Abegeranije vyinshi basanze bitarenze ivyo bakeneye, abegeranije bike na bo basanze bitari musi y’ivyo bari bakeneye.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nk’uko handitswe, ng’Uwegeranije vyinshi asanga nta co asāguye; uwegeranije bike asanga nta co akehaniwe.