2 Corinthians 8:4 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Baratwinginze kenshi ngo tubagirire ubuntu ngo bagire ico bakoze mu gutanga imfashanyo igenewe abera b’i Yerusalemu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
badusaba binginga cane kubatera iteka kugira ngo bafatanye n’abagaburira abera.