2 Corinthians 9:3 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko ndungitse abo bene Data kugira ngo menye neza ko mwiteguye nk’uko nababwiye, kandi kugira mwegeranye imfashanyo zanyu. Sinshaka ko ivyirato vyanje ku bwanyu vyoba ivy’ubusa.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ndungitse abo bene Data kugira ng’ ukwirata mwebge kwacu ntikuze gupfe ubusa mur’ ivyo; kugira ngo muze mube mwiteguye nk’uko nababgiye,