2 Kings 12:2 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yowasi akora ivyo Uhoraho abona kw ari vyiza igihe cose Yehoyada umuherezi yar’ akimwigisha.