2 Kings 12:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ umwami Yowasi ahamagaza umuherezi Yehoyada n’abandi baherezi, arababaza, ati N’iki cababujije gusanura ah’ iyo ngoro yasambutse? None rer’ ayo mahera y’abo muzinanyi mwahora mwaka, ntimwongere kuyatwara, ariko muyatange, kugira ngw asanure ah’ iyo ngoro yasambutse.