2 Kings 13:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Akora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi; ntiyava mu vyaha vyose vya Yerobowamu mwene Nebati, ivyo yakwegeyemw’ Abisirayeli ngo bacumure; arikw abigenderamwo na we.