2 Kings 13:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ibindi vyose vyadonzwe kuri Yehowasi, n’ivyo yakoze vyose, n’ ivy’ ubuhizi yar’ afise arwana na Amaziya umwami w’i Buyuda, none ntivyanditswe mu gitabo c’ivyo ku ngoma z’abami b’Abisirayeli?