2 Kings 13:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ibindi vyose vyadonzwe kuri Yehowahazi, n’ivyo yakoze vyose, n’ivy’ ububasha bgiwe, none ntivyanditswe mu gitabo c’ivyo ku ngoma z’abami b’Abisirayeli?