2 Kings 2:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yābīra wa mutamana wakorokanye Eliya, awukubitisha amazi, aravuga, at’ Uhoraho, Imana ya Eliya, ari hehe? Amaze gukubita amazi, aca yigabanyamwo kubiri, amwe aja ukwayo ayandi ukwayo; nuko Elisa arajabuka.