2 Kings 2:19 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ abantu bo mur’ ico gisagara babarira Elisa, bati Rāba iki gisagara ingene cubatswe ahantu heza, nk’uko nawe ubibona mugenzi; arikw amazi yaho ni mabi, kand’ atera uburambu mu gihugu.