2 Kings 21:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ati Manase umwami w’i Buyuda ko yakoze ivyo bizira vyose vy’ubuyobe, agakora ibibi kuruta ivyo Abamori bāmubanjirije bākoze vyose, agacumurisha Abayuda ibishushanyo vyiwe;