2 Kings 21:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nukw ibindi vyose vyadonzwe kuri Manase, n’ivyo yakoze vyose, n’ivyaha yakoze, mbega ntivyanditswe mu gitabo c’ivyo ku ngoma z’abami b’Abayuda?