2 Kings 21:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ibindi vyose vyadonzwe kuri Amoni, mbega ntivyanditswe mu gitabo c’ivyo ku ngoma z’abami b’i Buyuda?