2 Kings 21:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ati Sinzosubira guturatuza Abisirayeli ngo bave mu gihugu nahaye ba sekuruza, ni bitondera ivyo nabageze vyose, n’ivyagezwe vyose umusavyi wanje Mose yabageze.