Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abarira Gehazi, at’ Umubarire, uti Ko wabītwariritse ben’ uko, uti None yogukorera iki? uti Mbeg’ uragomba kuvugirwa ku mwami, uti Canke ku mugabisha w’ingabo? Aramwishura, at’ Oyaye, nzokwigumira ngaha i wacu.