2 Kings 4:3 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aramwishura, ati Genda urābe ivyo utīra mu babanyi bawe biri gusa, kandi ntutīre bike.