2 Kings 4:35 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ aravyuka, akubita hirya mur’ iyo nzu, aragaruka, arongera arūrira, amwubararako; umwana araheza yāsamura ibihetangabo ndwi, arakanura.