2 Kings 8:22 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uko ni kw Abanyedomu bīkūye ku Bayuda gushitsa na bugingo n’ubu. Ico gihe ab’ i Libuna na bo baramugarariza.