2 Kings 8:26 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ahaziya aho yatangura kwima yar’ amaze imyaka mirongwibiri n’ibiri; araheza amara umwaka umwe i Yerusalemu ari ku ngoma. Nyina yitwa Ataliya, umwuzukuru wa Omuri umwami w’Abisirayeli.