2 Kings 8:29 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuk’ umwami Yoramu aratabaruka, aja i Yezireli kugira ngw arwarirey’ izo nguma yakomerekerejwe n’Abasiriya i Rama, igihe yarwanya Hazayeli umwami w’i Siriya. Bukeye Ahaziya mwene Yehoramu umwami w’i Buyuda, amanuka i Yezireli kurāba Yoramu mwene Ahabu ukw ameze, kuko yar’ arwaye.