2 Kings 8:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ uwo mwanya umwami yarikw arabonana na Gehazi, wa musuku wa wa muntu w’Imana, amubaza, at’ Enda mbarira ibintu bikomeye Elisa yakoze vyose.