2 Kings 9:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ inderetsi yar’ ihagaze ku munara w’i Yezireli agize artya abona umuce w’ingabo za Yehu zije; aravuga, ati Mbonye umuce w’ingabo. Yoramu aravuga, ati Rāba umuntu agende kw ifarasi, ahūre na bo, ababaze kw ar’ amahoro.