2 Samuel 1:10 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko ndamwēgēra, ndamuhohosha, kuko nabona neza kw atagikira, ni yaramuka atemvye. Ndaheza ndamukoba igitsibo cari mu mutwe, n’umuringa wari ku kuboko; none ndabikuzaniye hano, mugenzi.