bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare 2 Samuel 12:30
2 Samuel 12:30 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Akūra Milikomu igitsibo mu mutwe, kuriba kwaco kwar’ italanto y’izahabu, kandi cari gihunzwek’ utubuyenge tw’igiciro kinini; nuko bacambika Dawidi mu mutwe. Maze mur’ ico gisagara akūramw’ amasahu menshi cane.