2 Samuel 14:15 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
None rero mwami wanje nyen’ ingoma, igitumye nza kukubgira iryo jambo n’ukw abantu banteye ubgoba; incoreke yawe nkavuga nti Hinge nje kwivuganira n’umwami; nti Kumbure umwami yokwemera gukora ico incoreke yiwe imusavye;