2 Samuel 23:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aya ni yo mazina y’abahizi Dawidi yar’ afise: Yoshebu‐bashebeti w’i Takemoni, ni we yar’ umukuru wa bamwe batatu; ni we yarāgūriye icumu abantu amajana munani, bahindikiranirah’ umusi umwe.