2 Samuel 3:19 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abuneri abibarira n’ Ababenyamini na bo. Bukeye aja i Heburoni, kugira ngo yīgānire Dawidi ivyo Abisirayeli n’ab’ umuryango w’Ababenyamini bose bamaramaje gukora vyose.