2 Samuel 7:21 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ivyo vyose bikomeye wabikoze kubg’ ijambo ryawe, nk’uko wavyigombeye mu mutima wawe, kugira ng’ ubimmenyeshe, jewe umusavyi wawe.