2 Thessalonians 2:6 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi murazi ko igitumye ataraza ubu, ari kugira ngo azohishurwe igihe gikwiye kigeze.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi none murazi ikibuza, kugira ngw az’ ahishurwe mu gihe ciwe.