2 Timothy 4:13 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Niwaza uzonzanire ikoti y’imbeho nasize kwa Karupo i Tirowa, n’ibitabu vyanje, na canecane imizingo y’ibitabu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ah’ uzozira uranzanira impuzu yo kwipfuka nasize i Tirowa kwa Karupo, n’ibitabo, kandi cane‐cane uz’ uzane ivy’ insāto.