Acts 13:47 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kuko Umwami yari yadutegetse ati: ‘Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga, kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi.’ ”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuk’ Umwami Imana ari ko yatubariye, ati Ndagushizeho ng’ ube umuco w’amahanga, Kugira ngo n’abo ku mpera y’isi ubashikirize agakiza.