Acts 16:38 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ba basoda baca baja kubibwira abacamanza. Bumvise ko Pawulo na Silasi ari Abaroma, baca bagira ubwoba.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abo bagendanyi babarira abacamanza ayo majambo: na bo baratinya, bumvise kw ar’ Abaroma,