Acts 2:31 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Yeretswe ivyo muri kazoza, avuga ivy’ukuzuka kwa Kristo, ko atarekewe i kuzimu mu kibanza c’abapfuye, kandi ko n’umubiri wiwe utaboze.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
yavuze ivy’ ukuzuka kwa Kristo abibonye bitaribgabe, yukw atārekewe mu kuzimu, kandi n’umubiri wiwe ata ho wigeze ubora.