Acts 2:8 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
None bigenda gute ngo umwe umwe wese muri twebwe yumve bavuga ururimi kavukire rw’iwabo?
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi n’iki gitumye twese tubumva bavuga indimi z’i wacu izo twavukanye?