Acts 25:20 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Jewe sinabona uko noca urwo rubanza, ni co gituma nasavye ko Pawulo yoja i Yerusalemu kugira ngo uburanire yo kuri ivyo bamwagiriza.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nanje nzazaniwe ingene nobaza ivy’ ivyo, ndamubaza yukw agomba kuja i Yerusalemu, gucirirway’ urubanza rw’ivyo.