Acts 27:14 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Tutarashika kure, haduka igihuhusi gikomeye citwa Ewulakuloni kiza giturutse kuri iryo zinga.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arikw igihe kitari kinini gishize, hatera umuyaga w’igihuhuta citwa Ewurakulo, uturutse kur’ ico kizinga.