Acts 27:16 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Duca tugenda twegereye izinga rito ryitwa Kawuda kugira ngo dushobore kwikinga umuyaga, twiyegereza akato ko kwifashisha mu gihe c’impanuka bitugoye cane.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Duca musi y’akazinga kitwa Kilawuda, tuhīkinga umuyaga, tubona uko tuboha akāto k’inyuma bitugoye cane;