Acts 27:22 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ubu rero ndabasavye mugumye imitima, kuko ata n’umwe muri mwebwe azotakaza ubuzima; ubwato bwonyene ni bwo buzosaba.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi none ndabaremesha, ni muhūmure, kuko muri mwebge hatazopfa n’umwe, atar’ ubgato.