Acts 27:33 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bugiye guca, Pawulo yinginga abantu bose ngo bagire ico barya. Ababwira ati: “Raba haciye imisi cumi n’ine mwihebuye ata co mutamira.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bugira buce Paulo arabinginga bose ngo barye, ati Non’ uyu musi n’ūgira icumi na kane mukirorereye mutarya, ata co mutamira.