Acts 27:39 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Bukeye ntibashobora kumenya iyo ntara barimwo iyo ari yo, ariko babonye ahantu hari umusenyi ku nkengera y’ikiyaga, bafata ingingo yo gutumberezayo ubwato ngo babuhagarikeyo hamwe bibashobokeye.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ijoro rikeye, ntibāmenya ico gihugu, ariko babonye ikigobe kirimw’ umusenyi, baja inama yuko boshobora gushikanah’ ubgato.