Acts 27:41 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko ubwato buca bwiseka mu musenyi mwishi burahagarara, umutwe wabwo uruma mu musenyi, igihande c’inyuma na co kirasaba kubera imipfunda yacisekako n’inkomezi nyinshi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko bashitse mw ihūriro ry’amazi, basekura ubgato ku gataka, maz’ umutwe wabgo w’imbere winjiramwo, urahamangira, uw’ inyuma na wo utangura kumenagurwa n’inkomezi z’imipfunda.