Acts 27:9 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Aho twahataye umwanya munini, kandi kubandanya urugendo kwari nk’ukwiheba kuko hari inyuma y’umusi mukuru w’impongano. Pawulo arababurira ati:
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Hashize igihe kirekire, kandi kujabuka kubaye irinde, kukw igihe co kwisonzesha cari gishize, Paulo arabahanūra,