Acts 5:23 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
bavuga bati: “Twasanze ibohero ryugaye neza, n’abarinzi bahagaze ku miryango, ariko twuguruye twasanze ata n’umwe ariyo.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
bat’ Inzu y’abanyororo dusanze yugaye ata nkomanzi iriho na mba, n’abarinzi bahagaze ku nzugi, maze twuguruye ntitwasangamw’ umuntu.