Acts 7:11 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Igihe kimwe inzara itera muri Egiputa yose n’i Kanani, abantu babona amakuba, ba sogokuruza babura ivyokurya.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ikigoyi gitera muri Egiputa hose n’i Kanani, hatera n’amarushwa menshi, kandi ba sogokuruza babura ivyo kurya.