Acts 7:21 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Amaze gutabwa, umukobwa wa Farawo aramutora, amurera nk’umwana wiwe bwite.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
amaze gutābga, umukobga wa Farawo aramutora, amurerera kuba umwana wiwe.