Acts 7:49 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
‘Ijuru ni intebe yanje y’ubwami, isi na yo ni indava y’ibirenge vyanje.’ Ni ko Uhoraho avuze. ‘Mbega mwonyubakira inzu nyabaki? Canke ikibanza canje co kuruhukiramwo coba hehe?
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
at’ Ijuru ni ryo ntebe yanje y’ubgami, Isi na yo n’indava y’ibirenge vyanje; Muzonyubakira inzu ki? ni k’Uhoraho abajije, Canke nzoruhukira ahantu ki?