Acts 7:5 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Nta mugabane yamuhaye muri ico gihugu, nta n’aho guhonyoza ikirenge, ariko Imana yamusezeraniye ko we n’uruvyaro rwiwe bazokwegukira iki gihugu, n’aho ico gihe Aburahamu atari bwaronke umwana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko ntiyakimuhayemw’ umwandu, naho hoba aho gushinga ikirenge; isezerana kuzokimuha ngo kibe ishamvu yiwe n’iy’ uruvyaro rwiwe, kand’ ataragira umwana.