Acts 7:50 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mbega ukuboko kwanje si kwo kwaremye ivyo vyose?’
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mbeg’ intoke zanje si zo zaremye ivyo vyose?